Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 8:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 atuma umuhungu wiwe Yoramu ku mwami Dawidi kumuramutsa no kumushima, ko yarwanye na Hadadezeri akamunesha; kuko Hadadezeri yahora arwanya Toyu. Kandi Yoramu yar’ azanye ibintu vy’amafeza n’ivy’ amazahabu n’ ivy’ imiringa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 8:10
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na we arabagumisha, arababaza, ati Mbega so aragumye, wa mutāma mwavuga? Aracariho?


Na vyo nyene umwami Dawidi abirobanurira Uhoraho, hamwe n’amafeza n’ amazahabu yari yaramurobanuriye, ayasahuye mu mahanga yari yaranesheje,


Bukeye Toyu umwami w’i Hamati yumvise ko Dawidi yanesheje ingabo zose za Hadadezeri,


Bitayekw abantu b’umwami baje guhezagira segaba umwami Dawidi, bat’ Imana yawe itume izina rya Salomo risumburuka iryawe, n’ingoma yiwe isumburuka iyawe. Umwami na we yaciye yunama ku kirwa ciwe;


atuma umuhungu wiwe Yoramu ku mwami Dawidi kumuramutsa no kumushima, ko yarwanye na Hadadezeri akamunesha; kuko Hadadezeri yahora arwanya Toyu. Kandi Yoramu yar’ azanye ibintu vy’ amazahabu n’ivy’ amafeza n’ivy’ imiringa vy’uburyo bgose.


Maze benshi bashikanira Uhoraho amashikanwa i Yerusalemu, kandi na Hezekiya umwami w’i Buyuda bamuzanira ibintu vy’igiciro kinini, bituma ashirwa hejuru imbere y’amahanga yose, uhereye ico gihe.


Abahita ntibaze bababgire, Ng’ Umugisha w’Uhoraho n’ube kuri mwebge; Canke ngo Tubahezagiye mw izina ry’Uhoraho.


Ico gihe Merodaki‐Baladani mwene Baladani umwami w’i Babuloni arungikira Hezekiya ivyete n’ingemurano, kuko yari yumvise ko yarwaye agakira.


Agiheza kucosa, Samweli arashika; maze Sauli arasohoka aja kumusanganira ngw amuramutse.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ