2 Samweli 7:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Nuko rero, ukw abe ari k’ubarira umusavyi wanje Dawidi, ut’ Uhoraho Nyen’ ingabo, uku ni kw agize, uti Yagukūye mu bgungere, inyuma y’intama, ng’ ube segaba w’abantu biwe b’Abisirayeli; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |