Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 7:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Arikw iryo joro nyene ijambo ry’Uhoraho riza kuri Natani,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 7:4
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Uhoraho atuma Natani kuri Dawidi; araza, aramubarira, ati Hār’ abantu babiri bāba mu gisagara kimwe, umwe w’umutunzi, uwundi w’umworo.


Natani yishura umwami, ati Genda ukore nk’uko wumva ugomba kwose, kuk’ Uhoraho ari kumwe nawe.


riti Genda ubgire umusavyi wanje Dawidi, ut’ Uku ni k’Uhoraho agize, uti Mbeg’ uzomwubakira inzu yo kubamwo?


yuk’ uhereye igihe yakūriye abantu biwe b’Abisirayeli muri Egiputa, ata gisagara co mu miryango yose y’Abisirayeli yigeze gutoranya co kwubakamw’ ingoro ngw izina ryiwe rihabe; ariko yatoranije Dawidi kugira ngw aganze abantu biwe b’Abisirayeli.


Arikw iryo joro nyene ijambo ry’Imana riza kuri Natani,


Ereg’ Umwami Uhoraho ntazogira ico akora, atabanje kwibira akabanga abasavyi biwe avugisha.


Arababarira, ati Ni mwumve amajambo yanje; asangwa muri mwebge har’ uwo mvugisha, jewe Uhoraho nzomwimenyeshereza mw iyerekwa, mvuganire na we mu nzozi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ