Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 7:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Maz’ izina ryawe baze barishemagize ibihe bidashira, bat’ Uhoraho Nyen’ ingabo ni yo Mana y’Abisirayeli; kandi n’inzu yanje, jewe umusavyi wawe Dawidi, izokwama itsindaje imbere yawe;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 7:26
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburahamu abgira Imana, at’ Icompa Ishimayeli agakomera, akaba imbere y’inyonga zawe!


Nuko none, Uhoraho Mana, ijambo uvuze kuri jewe umusavyi wawe no ku nzu yanje urikomeze ibihe vyose, kand’ ushitse ivy’ uvuze.


Maz’ igihe co gutanga ikimazi ca ni kera kigeze, uwo muvugishwa n’Imana Eliya yīgira hafi, aravuga, at’ Ewe Uhoraho, Mana ya Aburahamu na Isaka na Isirayeli, uyu musi bimenyekane kw ari wewe Mana mu Bisirayeli, nanje ko nd’ umusavyi wawe, kandi ko nkoze ibi vyose kubg’ ijambo ryawe.


Unyumvire se, ewe Uhoraho, unyumvire kugira ngw aba bantu bamenye kw ari wewe Mana, ewe Uhoraho, kandi kw ari wewe ugarukana imitima yabo.


Ntabe ari twebge, Uhoraho, ntabe ari twebge, Arikw izina ryawe abe ari ryo uha icubahiro, Kubg’ imbabazi zawe n’ ukuri kwawe.


Azokwama ar’ imbere y’ Imana ibihe bidashira: Itegure imbabazi n’ukuri, kugira ngo bimuzigame.


Uruvyaro rwiwe ruzoramba gushitsa ibihe bidashira, Ingoma yiwe izohoraho nk’ izuba imbere yanje.


Nuko musenge murtya, muti Data wa twese wo mw ijuru, izina ryawe ryubahwe,


Data, shimagiza izina ryawe. Maz’ ijwi riva mw ijuru, riti Ndarishimagije, kandi nzokwongera kurishimagiza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ