Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 7:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Kand’ ivyo kuri wewe vyari vyoroshe, Mwami Uhoraho; ariko non’ ugeretsek’ uvuga n’ivy’ inzu yanje jewe umusavyi wawe, vy’igihe kirekire kir’ imbere, unyereka n’uruvyaro ruzokwaruka hanyuma, Mwami Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 7:19
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

nkwinjiza ingoro ya shobuja, nguha n’abagore biwe ngo bagusegure; kandi nkugabira umuryango wa Isirayeli n’ uwa Yuda; kand’ iyo biba vyarabaye bike, mba narakwongeye n’ibindi.


Kand’ ivyo s’ikigoye k’Uhoraho; mber’ azogabura n’Abanyamowabu mu maboko yanyu.


Kand’ ivyo kuri wewe vyari vyoroshe, Mana; ariko non’ uvuga n’ ivy’ inzu yanje jewe umusavyi wawe, vy’igihe kirekire kir’ imbere, ukandāba nk’aho nd’umuntu w’icubahiro cinshi, Uhoraho Mana.


Mana, ereg’ imbabazi zawe n’iz’ igiciro! Abana b’abantu bahungira mu gitūtu c’amababa yawe.


Mbega muvyita icoroshe, iyo murishije umugutu mwiza, uwo mwāri mushigaje mukawutakangisha inzāra? Cank’ iyo mushōtse amazi y’umusarara, ayo mwāri mushigaje mukayaca iyondoyondo?


mbega yabigize ivyoroshe kudukūra mu gihugu gitemba amata n’ubūki, ngw adutsinde mu bugaragwa, kand’ akagerekakw akīgira umutware wacu?


mbega mwabigize ivyoroshe kw Imana y’Abisirayeli yabarobanuye mw ishengero ry’Abisirayeli bandi, kugira ngw ibiyegereze, ngo mukore igikorwa co mw ihema ryayo, ari we Uhoraho, ngo muhagarare imbere y’ishengero guhēreza ivyaryo?


kugira ngo mu bihe bizoza ize yerekane itunga rihebuje ry’ubuntu bgayo mu kutugirira neza muri Kristo Yesu.


Aramwishura, at’ Ekāye: arikw ikinzanye ubu n’uko nd’ umugabisha w’ingabo z’Uhoraho. Maze Yosuwa arapfukama, arūnama, amuha icubahiro, aramubaza, ati Mugenzi, jewe umusavyi wawe non’ ico ugomba kumbarira n’iki?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ