Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 7:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Ut’ Azomubera se, na we amubere umwana; uti Na ho ni yacumura, azomuhanisha inkoni nk’iyo abantu bahanisha, amuhe imiramu nk’iy’ abana b’abantu;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 7:14
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ngw Ariko ntazomunyaga ubgami bgose, ngw Azomureka akomeze kuba umwami imisi yose azomara, ngo Kubga Dawidi umusavyi wiwe yitoranirije, ngo Kuko we yitondera ivyagezwe vyiwe n’amabgirizwa yiwe.


Ariko ni mwanta, mukareka kunkurikira, cank’ abana banyu, ntimwitondere ivyagezwe vyanje n’amabgirizwa yanje nabashize imbere, mukaja gusaba izindi mana, mukaba ari zo musenga;


Ut’ Azomubera se, na we amubere umwana; ut’ Ariko ntazomukūrakw imbabazi ziwe nk’uko yazikūye ku wagutanguriye;


Riti Ni we azokwubakira izina ryanje ingoro; riti Kand’ azoba umwana wanje, nanje nzoba se; riti Kandi nzohamangira intebe yiwe mu Bgisirayeli ibihe vyose.


Yarambariye, ati Salomo umuhungu wawe ni we azonyubakira ingoro n’urugo rwanje, ati Kuko namutoranije ngw abe umwana wanje, nanje mbe Se.


Hahirwa umuntu Imana ihana: Nuko rero ntukagaye igikangiro c’Ūshobora vyose.


Ndavuga rya jambo rishinzwe: Uhoraho yarambgiye, at’ Ur’ Ubura bganje, Uyu musi ndakuvyaye.


Kuko ndi kumwe nawe, ni jewe Uhoraho mbivuze, kugira ngo ngukize; kuko nzoherengeteza amahanga yose, ayo nagushwiragirijemwo: ariko weho sinzoguherengeteza; mugabo nzogubana ibigeze, sinzokureka ntaguhannye.


Buno rer’ ijwi riva mw ijuru, rit’ Uyu ni we Mwana wanje nkunda, akampimbara.


Arikw iyo dutsinzwe n’urubanza duhanwa n’Umwami, kugira ngo ntituze dutsindwe n’urubanza rudashira hamwe n’ab’ isi.


Kandi nzobabera So, Namwe muzombera abahungu n’abakobga, Ni k’Uhoraho ashobora vyose agize.


Mukwiye kumenya mu mitima yanyu yuk’ Uhoraho Imana yanyu abahana nk’uk’ umuntu ahana umwana wiwe.


Ni nde wo mu bamarayika yigeze kubarira, it’ Ur’ Ubura bganje, Uyu musi ndakuvyaye? Kandi iti Nzoba Se, Na we azoba Umwana wanje?


Ūnesha azoragwa ivyo, nanje nzoba Imana yiwe, na we azoba umwana wanje.


Abo nkunda bose ndabakankamira, nkabakāngīra; nuko gira umwete, wihane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ