Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 nko mu bihe yaha abacamanza kuganza abantu biwe b’Abisirayeli; uti Kand’ azoguha impore hagati y’abansi bawe bose. Uti Mber’ Uhoraho arakubariye yukw azokugira igisata.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 7:11
20 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuk’ umwami amaze kwinjira ingoro yiwe, Uhoraho amuhaye impore hagati y’abansi biwe bose bamukikije,


Kand’ ivyo kuri wewe vyari vyoroshe, Mwami Uhoraho; ariko non’ ugeretsek’ uvuga n’ivy’ inzu yanje jewe umusavyi wawe, vy’igihe kirekire kir’ imbere, unyereka n’uruvyaro ruzokwaruka hanyuma, Mwami Uhoraho.


kuk’ umpishuriye, jewe umusavyi wawe, k’uzonyubakira inzu, ewe Uhoraho Nyen’ ingabo, Mana y’ Abisirayeli; ni co gitumye umusavyi wawe ntinyuka kugusenga ntya.


Ngo None rero, ni wumvira ivyo azokubarira vyose, ng’ Ukagendera mu nzira ziwe, ng’ Ugakora ivyo abona ko bibereye, ng’ Ukitondera amabgirizwa yiwe n’ivyagezwe vyiwe, ngo Nk’uko Dawidi umusavyi wiwe yagenza, ngo Nukw azobana nawe, ngw Agushingire inzu itazovaho, nk’iyo yashingiye Dawidi, ngo Kand’ azoguha Abisirayeli.


Nuko rero ndahiye uguhoraho kw’Uhoraho yanshize ku ngoma ya data Dawidi, akantereka, akampindura inzu nk’uko yasezeranye, n’ukuri uyu musi Adoniya akagenda batamwishe!


nko mu bihe yaha abacamanza kuganza abantu biwe b’ Abisirayeli; uti Kand’ azomara igabo abansi bawe bose. Uti Mber’ Uhoraho arakubariye yukw azokugira igisata.


Riti Ni we azokwubakira izina ryanje ingoro; riti Kand’ azoba umwana wanje, nanje nzoba se; riti Kandi nzohamangira intebe yiwe mu Bgisirayeli ibihe vyose.


Iy’ itanze impore, ni nde yoyitsindisha? Iy’ itwikiriye mu nyonga hayo, ni nde yoshobora kuyibona? Ukw izigama ihanga ryose, ni kw izigama n’umuntu umwe;


Kand’ abansi babo barabahahaza, Bamarwa igabo, baba musi y’ukuboko kwabo.


Uhoraho iy’ atari we yubaka inzu Abayubaka baba baruhira ubusa. Uhoraho iy’ atari we azigama igisagara Umuteramyi abera maso ubusa.


Aca intambara gushitsa ku mpera y’isi, Avunagura imiheto, amacumu arayacagagura, Imikogote ikwegwa n’amafarasi ayiturira mu muriro.


Kandi kukw abo bākirizi bubashe Imana, ibaha uruvyaro.


Umugore wese w’ubgenge yubaka urugo rwiwe, Arik’ uw’ igipfu arusambuza amaboko yiwe ubgiwe.


bāheshejwe n’ukwizera gutsinda abami, no gukora ibigororotse, no kuronka ivyasezeranywe, no kuziba iminwa y’intambge,


Maze ngw Azokwihagurukiriza umuherezi w’umwizigirwa, umuntu azokora nk’ivyari mu mutima wiwe no mu vyiyumviro vyiwe; ngo Kand’ azomwubakira inzu izokwamaho; na we azogendanira uwo yimikishije amavuta ibihe vyose.


Ndakwinginze, mpangaza jewe umuja wawe, umparire igicumuro canje: Uhoraho ntazobura guha inzu yawe kurama, kuk’ urwana intambara z’Uhoraho, mugenzi, kandi nta kibi kizokubonekako imisi yose uzoba uriho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ