Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 6:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Maz’ uburake bg’Uhoraho buziriringira Uza, aca amutsinda aho nyene, amuhōye ico gicumuro, agwa ngah’ i ruhande y’isandugu y’ Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 6:7
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bibabaza Dawidi k’ Uhoraho yahwikiye Uza; aho hantu haca hitwa Peresi‐uza, kugeza na bugingo n’ubu.


Maz’ uburake bg’ Uhoraho buziriringira Uza, aca amutsinda aho nyene, kuko yarāmvuye ukuboko ngw afate iyo sandugu; nukw agwa ngah’ imbere y’Imana.


kuko bga bundi mutāyireruye, ni co catumye Uhoraho Imana yacu aduhwikira, kuko tutayigenjeje nk’uko vyashinzwe.


Aravuga, ati Ntihaze hagire umuntu wundi arerura isandugu y’Imana atar’ Abalewi, kukw ari bo Uhoraho yatoranije kwama bayirerura, no kumukorera imisi yose.


Kandi mu kurishingūra rigeze kugenda, Abalewi abe ari bo barishingūra, kand’ iyo hageze gushinga, Abalewi abe ari bo barishinga: kandi ni hagira uwundi wese atar’ uwo muri bo yovyēgēra akavyitamwo, aze yicwe.


Maze Aroni n’abana biwe ni baheza gutwikira ivy’ Ahēra n’ibintu vyaho vyose, igihe hageze guhaguruka ngo mugende, hanyuma aba Kohati babone kuza kubirerura; ariko ntibaze bakore ku vyēra, kuko bopfa. Ivyo ni vyo aba Kohati bagerewe kurerura vyo mu vy’ihema ry’ibonaniro.


Hahise imisi nk’ icumi, Uhoraho akubita Nabali, arapfa.


Hanyuma Uhoraho yica abantu b’i Beti‐shemeshi mirongwirindwi, kuko barungurutse mw isandugu yiwe; maz’ abantu barizwa n’uk’ Uhoraho yabiciye abantu benshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ