Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 6:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nuko bashira iyo sandugu y’Imana ku mukogote musha, bayikūra kwa Abinadabu yaba kur’ uwo musozi; Uza na Ahiyo bene Abinadabu bayobora inka zikwega uyo mukogote musha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 6:3
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kuko bga bundi mutāyireruye, ni co catumye Uhoraho Imana yacu aduhwikira, kuko tutayigenjeje nk’uko vyashinzwe.


Twavyumviye muri Efurata, Twabibonye mu gahinga k’i Yayari.


None rero ni murondere umukogote musha, bo n’ inka zibiri z’imvyeyi, zitigeze gukoreshwa igikorwa na kimwe; muheze muziboherek’ uwo mukogote, muzāke izazo muzisubize i muhira.


Nukw ab’i Kiriyati‐yeyarimu baraza, bajana isandugu y’ Uhoraho, bayidūgana umusozi, bayishira kwa Abinadabu; maze barobanura umuhungu wiwe Eleyazari, kugira ngw abe ari we ayizezwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ