Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 6:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Maze Mikali umukobga wa Sauli ntiyabona akana arinda apfa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 6:23
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mbere nzorushiriza kwigira inkēngērwa, mbe ūgayitse mu maso yawe; arikw abo bakobga abo uvuze, bo bazonyubaha.


Nuk’ umwami amaze kwinjira ingoro yiwe, Uhoraho amuhaye impore hagati y’abansi biwe bose bamukikije,


Maz’ Uhoraho Nyen’ ingabo yihishurira mu matwi yanje, arambgira, ati N’ukuri, ivyo bigabitanyo ntimuzopfa muvyogejwe ngo bibaveko, ni k’Umwami Uhoraho Nyen’ ingabo agize.


Uwo musi abakobga ndwi bazofata umugabo umwe, bamubgire, bati Tuzokwīrīra ivyo kurya vyacu, tuzokwiyambika impuzu zacu: kimwe gusa, uduhe kukwitirirwa izina ryawe, nawe udutēturure.


Abefurayimu na bo nyene, ubgiza bgabo buzoguruka nk’inyoni: nta wuzovyara, nta wuzogira inda, canke ngw ayisame.


Kandi ntiyigera amwēgēra gushitsa aho yavyariye umwana w’umuhungu; araheza amwita YESU.


at’ Uku ni k’Umwami Imana inkoreye mu misi yandābiyemwo kunteturura mu bantu.


Guhēra ico gihe Samweli ntiyongera kubonana na Sauli kurinda apfa, atar’ ukwama amuririra; kand’ Uhoraho aricuza ico yimikiye Sauli ngw abe umwami w’Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ