2 Samweli 6:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Dawidi yishura Mikali, at’ Uhoraho ni we nariko ndiyereka, kandi ni we yantoranije kuruta so n’ab’ inzu yiwe bose, akangira segaba w’abantu biwe b’Abisirayeli. Ni co kizotuma niyereka Uhoraho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |