2 Samweli 6:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Bukeye babarira umwami Dawidi, bat’ Uhoraho yahaye umugisha urugo rwa Obed‐edomu n’ivy’ afise vyose, kubga ya sandugu yiwe. Nuko Dawidi arahaguruka aja gukūra iyo sandugu y’ Imana kwa Obed‐edomu, ayitahana ku murwa wiwe anezerewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |