Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 6:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Nukw iyo sandugu y’Uhoraho Dawidi ntiyakunda kuyijana i we ku murwa wiwe, arikw ayikebereza kwa Obed‐edomu w’Umunyegati;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 6:10
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami abaza Itayi Umunyegati, ati Mbega wewe n’ iki gitumye ugomba kujana natwe? Subirayo, wisabire uwo mwami, kuk’ ur’ umunyamahanga, wavuye i wanyu wāngājwe.


Dawidi araheza agabanya ingabo mu mice itatu, umuce umwe awuha Yowabu, uwundi awuha Abishayi umwana wa Seruwiya, murumuna wa Yowabu, uwundi awuha Itayi Umunyegati. Maz’ umwami abarira ingabo, ati Nanje ubganje turatabarana.


kand’ ab’ i Beroti bari barahungiye i Gitayimu, bagumayo kugeza na bugingo n’ubu.)


Ariko Dawidi atsinda iboma ry’i Siyoni, ari ho hāciye hahinduka umurwa wiwe.


Nuko Dawidi aba mur’ iryo boma, aryita umurwa wa Dawidi. Yubaka impande zose, uhereye inyuma y’uruzitiro rw’i Milo ugashitsa imbere yaho.


hamwe na bo batora ivyungirizi vya kabiri, Zekariya na Yaziyeli na Shemiramoti na Yehiyeli na Uni na Eliyabu na Benaya na Mayaseya na Matitiya na Elifelehu na Mikuneya, bo n’abo gushibama, Obed‐edomu na Yeyeli.


Shebaniya na Yoshafati na Netaneli na Amasayi na Zekariya na Benaya na Eliyezeri abaherezi ni bo bāgenda bavuza inzumbete imbere y’iyo sandugu y’Imana; Obed‐edomu na Yehiya na bo bār’ abashibamyi b’iyo sandugu nyene.


Abo yashizeho n’ aba: Asafu ni we yari mukuru, agakurikirwa na Zekariya na Yaziyeli na Shemiramoti na Yehiyeli na Matitiya na Eliyabu na Benaya na Obed‐edomu na Yeyeli, bafise amakembe n’inanga; kandi Asafu yar’ afise ivyo avuza vyitwa matowazi,


n’i Yehudi n’i Beneberake n’i Gati‐rimoni,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ