Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 5:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Nuko Dawidi abigenza artyo, nk’uk’ Uhoraho yamubariye; akinagiza Abafilisitiya uhereye i Geba ugashitsa i Gezeri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 5:25
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma y’ivyo Dawidi anesha Abafilisitiya, abamara igabo, atsinda igisagara cabo gikuru, arakibanyaga.


Nuko Dawidi abigenza nk’ukw Imana yamubariye; bakinagiza izo ngabo z’Abafilisitiya uhereye i Gibeyoni ugashitsa i Gezeri.


Abisirayeli baragenda, bakora nk’uko nyene; uk’ Uhoraho yageze Mose na Aroni, aba ari ko bakora.


Kuk’ Uhoraho azohaguruka nk’uko yahagurutse ku musozi Perasimu, azoraka nk’uko yarakiye mu kiyaya c’i Gibeyoni; akore igikorwa ciwe, igikorwa ciwe c’igitangaza, ashitse igikorwa ciwe, igikorwa ciwe c’akumiza.


Maze Horamu umwami w’i Gezeri adūga gutabara i Lakishi: Yosuwa amwicana n’ingabo ziwe, ntiyasiga n’uwa kirazira.


Mugabo ntibirukanye Abanyakanani bāba i Gezeri, arikw abo Banyakanani bībēra mu Befurayimu gushitsa n’ ubu, bahinduka abaja bo gushingwa ibikebere.


na Kefaramoni na Ofuni na Geba: ivyo bisagara vyose na vyose vyar’ icumi na bibiri, bifise imihana ibikūkira;


Babaha Shekemu n’amaragiro yaho mu mugamba w’Abefurayimu nyene, kandi car’ igisagara c’ubuhungiro bg’uwishe uwundi; babaha n’i Gezeri,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ