Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 5:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Maze Dawidi asiguje Uhoraho, aramwishura, ati Ntudūge ngo mubīsanganize, arik’ ugende inkerera‐mucamo, mubaturuke inyuma, aharābana n’ibiti vyitwa imibaka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 5:23
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma y’ivyo, Dawidi asiguza Uhoraho, ati Mbega ndūge, nimukire mu gisagara kimwe mu vy’i Buyuda? Uhoraho aramwishura, at’ Ego me dūga. Dawidi ati Nje hehe? Aramwishura, ati Ja i Heburoni.


Maze Dawidi asiguza Uhoraho, ati Ndūge nje gutera Abafilisitiya? Urabagabura mu maboko yanje? Uhoraho aramwishura, ati Dūga ubatere, kuko ntazobura kugabura abo Bafilisitiya mu maboko yawe.


Dawidi yongera gusiguza Imana; maz’ Imana iramwishura, iti Ntudūge ngo mubīsanganize, ariko mubaturuke inyuma, mubaserukire aharābana n’ibiti vyitwa imibaka.


Kand’ uz’ ugire Hayi n’umwami waho nk’uko wagiriye Yeriko n’umwami waho; mugabo ivyo muzosahura vyose n’inka zaho, muze muvyitwarire bibe iminyago yanyu. Kandi muze muce igico hirya y’ ico gisagara.


Maze namwe muze muheze muvyuke aho mubunze mu gico, mutere ico gisagara, kuk’ Uhoraho Imana yanyu azoba akigabuye mu maboko yanyu.


Ugira ngo ni bgo bga mbere kumusiguriza Imana? Ntibikabeho ko nokora nk’ivyo! Mugenzi, ntunshirekw ikintu nk’ico, jewe umusavyi wawe, canke ku b’inzu ya data iyo bava bakagera; kukw ata kintu na kimwe nari nzi mur’ ivyo vyose.


Nuko Dawidi asiguza Uhoraho, ati Mbega nje kurwanya abo Bafilisitiya? Uhoraho yishura Dawidi, ati Genda ubarwanye, utabare ab’i Keyila.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ