Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 5:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Abafilisitiya batayo ibigirwamana vyabo; Dawidi n’ ingabo ziwe barabijana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 5:21
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bātereye imana zabo mu muriro; ariko ntizar’ imana nya mana, zar’ izakozwe n’intoke z’abantu mu biti no mu mabuye; ni co catumye bazihonnya.


Kand’ azokwanda umuriro amazu y’ibigirwamana vy’Abanyegiputa; azoyaturira, abijane kw inyagano: kand’ azokwirenza igihugu ca Egiputa nk’uk’ umwungere yirenza umutamana wiwe; kand’ azovayo ar’ amahoro.


Ko wishimiye ibikorwa vyawe n’ubutunzi bgawe, nawe nyene uzotsindwa: kand’ ikigirwamana Kemoshi kizojanwa ar’ inyagano, bo n’abaherezi baco n’abaganwa baco.


kand’ ibigirwamana vyabo na vyo, n’ibishushanyo vyavugutiwe, n’ibintu vyabo vyiza‐vyiza vy’imbombovu vy’ifeza n’ivy’ izahabu, azobinyaga abijane muri Egiputa; maz’ azomara imyaka aretse umwami w’i burārūko.


Ibishushanyo bibājwe vy’ibigirwamana vyabo muze mubiturire; ntimuze mwifuze ifeza cank’ izahabu vyometse kuri vyo, ntimuze mubitware, vyoye kuzohava bibahindukira umutego, kukw ivyo ar’ ubuyobe k’Uhoraho Imana yanyu;


Arik’ uku az’ abe ari ko mubagirira: muze musangangure ibicaniro vyabo, mumenagure amabuye bashinze, mutemagure inkingi bashingiye Ashera, muturire ibishushanyo vyabo bibājwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ