2 Samweli 5:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kandi mu bihe vya kera, hamwe Sauli yar’ umwami wacu, ni wewe wajana Abisirayeli gutabara, mugatabarukana. Kand’ Uhoraho yarakubgiye kw ari wewe uzoragira abantu biwe b’ Abisirayeli, kandi k’uzoba segaba wabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |