14 Aya ni yo mazina y’abo yavyariye i Yerusalemu: Shamuwa na Shobabu na Natani na Salomo,
na Ibuhari na Elishuwa na Nefegi na Yafiya,
Azariya mwene Natani yar’ umukuru w’ abamenyekana; Zabudi mwene Natani nyene yar’ umuherezi kandi yar’ umukunzi w’umwami;
Aya ni yo mazina y’abana yavyariye i Yerusalemu: Shamuwa na Shobabu na Natani na Salomo,
Kand’ igihugu kizoboroga, umuryango wose ukwawo; umuryango w’inzu ya Dawidi ukwawo, n’abagore babo ukwabo; umuryango w’inzu ya Natani ukwawo, n’abagore babo ukwabo;
Isayi yavyaye umwami Dawidi. Dawidi yavyaye Salomo kuri muka Uriya,
Ako wateguye mu maso y’amoko yose,