Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 5:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Maze Dawidi yābīrira i Yerusalemu abandi bamikazi, ahagirira n’izindi ncoreke zimeze bga bagore, amaze kwimukirayo avuye i Heburoni, yongera kuvyara abandi bana b’abahungu n’abakobga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 5:13
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ uwo mutunzi yar’ afise amasinzi y’intama n’inka.


Nuko Dawidi aca atahura yuk’ Uhoraho ari we yamuteretse ngw abe umwami w’ Abisirayeli, kandi kw ashize hejuru ubgami bgiwe kubg’ abantu biwe b’Abisirayeli.


Yar’ afise abagore amajana ndwi b’abamikazi bgite, n’abandi amajana atatu bo mu buryo bg’incoreke; nukw abo bagore biwe bamuhuvya umutima.


Aba ni bo bana b’abahungu Dawidi yavyariye i Heburoni: uw’ imfura ni Amunoni, uwo yavyaye kuri Ahinowamu w’i Yezireli; uwa kabiri ni Daniyeli, uwo yavyaye kuri Abigayili w’i Karumeli;


Abo bose bar’ abahungu ba Dawidi, udashizemw’ abo yavyaye ku ncoreke ziwe; kandi bari bafise mushiki wabo Tamari.


Ariko Abiya arushiriza kuba ūhambaye, arongora abamikazi cumi na bane, avyara abana b’abahungu mirongwibiri na babiri n’abakobga cumi na batandatu.


Kandi ntaz’ agire umukimba w’abagore, kugira ngo ntibize bihindure umutima wiwe; kandi ntaze yirundanirize amafeza n’ amazahabu ngo bibe isinzi.


Kandi Dawidi arongora na Ahinowamu w’i Yezireli, bompi baba abagore biwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ