Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 5:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Bukeye imiryango yose y’ Abisirayeli ija i Heburoni kwa Dawidi, baramubarira, bat’ Ehe rāba, tur’ akara kamwe n’amaraso amwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 5:1
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Labani aramubgira, ati N’ukuri ur’ ubura bganje, ur’ amaraso yanje. Bamaranye ukwezi kumwe,


Muti Kw ari mwebge musangiye umuryango, mukaba akara kamwe n’amaraso amwe, none n’iki gituma ari mwebge mugiye guherukira abandi kumugarukana?


Uti Kandi mumubarize na Amasa, muti Mbega nawe ntimur’ akara kamwe n’amaraso amwe? Mut’ Imana ize ibimuhanire, kandi birushirije, n’atākugira umugabisha w’ingabo ziwe na ntaryo mu gishingo ca Yowabu.


Nuk’ umwami agonda imitima y’Abayuda bose nk’ uw’ umuntu umwe; baca bamutumako ngw agaruke bo n’abantu biwe bose.


Abisirayeli bishura Abayuda, bat’ Umwami tumufiseko hanini ibihetangabo cumi; kubg’ ivyo Dawidi n’uwacu kuruta mwebge. None n’iki catumye mudukēngēra, kand’ ari twebge twabatanze kugira inama yo kugarukana umwami wacu? Arikw Abayuda mu magambo yabo bāri bakarātiye kuruta Abisirayeli.


Nuko baterura Asaheli, baramujana bamuhamba i Betelehemu mu mva ya se. Yowabu n’ingabo ziwe baraheza bagenda ijoro ryose; buca bashitse i Heburoni.


umwami muzoshiraho ntaz’ abure kuba uwo Uhoraho Imana yanyu azotoranya; uwo mwami muzoshiraho wo kubaganza az’ abe uwo mu b’i wanyu; ntimuze mushireh’ umunyamahanga ngw abe ari we abaganza, atar’ uwo mu b’i wanyu.


Nuko rero, kukw abana bahūje inyama n’amaraso, na we ubgiwe yahūje ivyo na bo, kugira ngw abone ukw apfa, kand’ urupfu rwiwe aruhindurishe ubusa ūfise ubushobozi bg’urupfu, ni we wa Murwanizi,


Hanyuma Yosuwa aradūga, ava i Eguloni, bo n’Abisirayeli bose, batera i Heburoni, baraharwanya.


at’ Enda ni mumbarize ab’i Shekemu bose, mut’ Icobamerera neza n’iki? N’uko mwotwarwa na bene Yerubayali bose ukw ari mirongwirindwi, canke n’uko mwotwarwa n’umwe? Kandi muribuka yuko nd’ akavata kanyu n’akara kanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ