Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 4:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Maze Dawidi yishura Rekabu na mwene nyina Bayana, bene Rimona w’i Beroti, ati Ndahiye uguhoraho kw’Uhoraho, yagiye andokora mu vyago vyose;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 4:9
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

umumarayika yandokoye mu vyago vyose, ihe aba bahungu umugisha; ni bitirirwe izina ryanje, n’irya sogokuru Aburahamu n’irya data Isaka; barakarondoka, babe benshi cane mw isi.


Kandi mwene Sauli uwo yar’ afise abagabisha babiri b’ imice y’ingabo, umwe yitwa Bayana, uwundi Rekabu, bari bene Rimoni w’i Beroti, wo mu muryango wa Benyamini. (Kukw i Beroti hāharūrwa ku Babenyamini;


Umwami ararahira, ati Ndahiye uguhoraho kw’Uhoraho, yagiye andokora mu vyago vyose,


Agacungura ubugingo bgawe ngo ntibuje mu mahonero, Akakwambika imbabazi no kugirirwa neza nk’igitsibo,


Ibakiza ukuboko kw’umwansi wabo, Irabacungura, ibakūra mu kuboko kw’umurwanizi.


Abacunguwe n’Uhoraho ni bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakūra mu kuboko kw’umwansi;


Abagororotsi baratakamvye, Uhoraho arabumva, Abakiza amagorwa yabo yose.


Uhoraho acungura ubugingo bg’abasavyi biwe, Mu bamuhungirako nta n’ umwe azocirwakw iteka.


Wēgēre ubugingo bganje, ubukize: Uncungure kubg’ abansi banje.


Iminwa yanje izonezerwa cane aho nzokuririmbira ishimwe; N’ubugingo bganje wacunguye buzonezerwa.


Kandi nk’ukw amagara yawe yabaye agakomeye kuri jewe uyu musi, az’ abe ari kw ayanje aba agakomeye k’Uhoraho, ankize amagorwa yose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ