Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 4:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kand’ incoreke ikumīra yari yamye aragosora ingano, iterwa n’itiro, irasinzira; nuko Rekabu na Bayana mwene nyina babona akaryo ko kwinjira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 4:6
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko na ho nyene yanka gukebereza i ruhande, bituma Abuneri amuzibura umuhunda w’icumu ku nda, riseruka inyuma, Asaheli yikubita hasi, agwa aho nyene. Maz’ abantu bashitse aho Asaheli aguye, baca bahagararaho.


Ariko Amasa ntiyagira ico yibaza ku nkota Yowabu yar’ afise mu ntoke; nuko Yowabu ayimuzibura ku nda, amara yiwe asēseka hasi, ntiyarinda kugereka ubga kabiri; nukw arapfa. Maze Yowabu na Abishayi murumuna we bakomeza guhīga Sheba mwene Bikuri.


Nuko Abuneri ashitse i Heburoni, Yowabu amwihererana hagati y’ amarembo, nk’ūgira abonane na we ata wumva; araheza amucumita ku nda, agwaho, amuhōye amaraso ya murumuna we Asaheli.


Kandi mwene Sauli uwo yar’ afise abagabisha babiri b’ imice y’ingabo, umwe yitwa Bayana, uwundi Rekabu, bari bene Rimoni w’i Beroti, wo mu muryango wa Benyamini. (Kukw i Beroti hāharūrwa ku Babenyamini;


Ico gihe bāmaze bagitebaganye, Ehudi arabajana, aca i Pesilimu, ashika i Seyira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ