Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 4:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Bukeye bene Rimona w’i Beroti, Rekabu na Bayana, baraza, bashika kwa Ishibosheti, igihe yar’ avyukiriye mu mashōka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 4:5
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umusi ur’ izina ku mugoroba, Dawidi amaze kwibambura ku kirwa, agendagenda hejuru ku ngoro yiwe; maz’ akiri hano hejuru, aja abona umugore arikw ariyuhagira, kandi yari mwiza ateye igomwe.


Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


Kandi mwene Sauli uwo yar’ afise abagabisha babiri b’ imice y’ingabo, umwe yitwa Bayana, uwundi Rekabu, bari bene Rimoni w’i Beroti, wo mu muryango wa Benyamini. (Kukw i Beroti hāharūrwa ku Babenyamini;


Maz’ umuntu wiwe yitwa Zimuri, umugabisha yagaba igice c’imikogote yiwe y’intambara, aramugarariza. Ico gihe Ela yar’ i Tirusa, yarikw aranywera ku mubgiriza wiwe Arusa, amaze kuborerwa.


Hanyuma bahindukiye bamuvuyeko, basize arwaye asinzikaye, abantu bo mu banyarugo biwe bgite baramugarariza, bamutsinda ku kirwa ciwe, arapfa, kubg’ amaraso ya mwene Yehoyada umuherezi yavishije; baraheza bamuhamba ku murwa wa Dawidi, ariko ntibamuhamba mu mva z’ abandi bami.


Kuva igihe Amaziya arekeye gukurikira Uhoraho baciye bamuvyukiriza umugararizo i Yerusalemu, araheza ahungira i Lakishi; barungika abamukurikirana i Lakishi, bamutsindayo.


Bukeye abanyarugo biwe baramugarariza, bamutsinda mu ngoro yiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ