Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 4:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Kandi mwene Sauli uwo yar’ afise abagabisha babiri b’ imice y’ingabo, umwe yitwa Bayana, uwundi Rekabu, bari bene Rimoni w’i Beroti, wo mu muryango wa Benyamini. (Kukw i Beroti hāharūrwa ku Babenyamini;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 4:2
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

na Seleki w’Umwamoni, na Naharayi w’i Beroti, ari we yatwaza Yowabu umwana wa Seruwiya ibirwanishwa;


Maze Yowabu n’abantu ba Dawidi baragaruka bavuye gutera, bazanye iminyago myinshi; ariko Abuneri ntiyar’ akiri kumwe na Dawidi i Heburoni, kuko yar’ amaze kumurekura, yīgīriye amahoro.


Bukeye bene Rimona w’i Beroti, Rekabu na Bayana, baraza, bashika kwa Ishibosheti, igihe yar’ avyukiriye mu mashōka.


Maze Dawidi yishura Rekabu na mwene nyina Bayana, bene Rimona w’i Beroti, ati Ndahiye uguhoraho kw’Uhoraho, yagiye andokora mu vyago vyose;


Kand’ Abasiriya bāri baragiye kunyaga ar’ ibitero; mur’ ukwo kunyaga banyaga umwigeme mutoya mu gihugu c’Abisirayeli; araheza acorekera muka Namani.


Nukw abarondereza ivyo kurya vyinshi; bamaze kurya no kunywa arabarungika, basubira kwa shebuja. Maz’ uhereye ubgo, ibitero vy’Abasiriya ntivyongera kuza mu gihugu c’Abisirayeli.


Nukw Abisirayeli barahaguruka, bashika ku bisagara vyabo ku musi ugira gatatu. Ivyo bisagara vyari Gibeyoni na Kefira na Beroti na Kireyati‐yeyarimu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ