Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 4:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Maze Dawidi abarira imisore yamugendanira, barabīca, babaca ibikonjo n’ibirenge, babamanika i ruhande y’ikidengeri c’i Heburoni. Arik’ umutwe wa Ishibosheti barawābīra, bawuhamba mu mva ya Abuneri i Heburoni nyene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 4:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dawidi araheza ahamagara umwe mu basore, aramubarira, ati Ngwino umwice. Aca aramucumita, arapfa.


Uhoraho agushubije ku mutwe amaraso yose y’ab’ inzu ya Sauli, uwo wishize mu gishingo ciwe, ukīyimika; non’ Uhoraho agabiye Abusalomu umuhungu wawe ubgo bgami; awa! Ubuyobe bgawe buragukoze, kuk’ ur’ umwicanyi!


Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


abagabura mu maboko y’ab’i Gibeyoni; babamanika ku musozi imbere y’ Uhoraho; bose ukw ar indwi bagwa hamwe, bicwa mw ishuza ry’ igenya, batanguye kugenya sayiri.


Nuko Abuneri bamuhamba i Heburoni, umwami araturikisha aririra ku mva ya Abuneri; abantu bose bararira.


Ariko wewe Mana, ba bandi uzobamanukana muri rwa rwobo rw’amahonero; Abicanyi n’ingunge ntibazocagatiza imisi y’ubugingo bgabo; Ariko jeho nzokwama nkwizigira.


Kuko, uko muhinyura abandi, ari ko muzohinyurwa namwe; kand’ ingero mugeramwo muzoyigererwa namwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ