10 igihe umuntu yaje kumbarira, at’ Erega Sauli yapfuye, agira ngw anzaniye inkuru nziza, naciye ndamufata, ndamwicira aho nyene i Sikulagi; iyo ni yo ngero namugereye ku nkuru yiwe.