Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 4:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Bukeye Ishibosheti mwene Sauli yumvise ko Abuneri yaguye i Heburoni, arajonjogora, Abisirayeli bose bahagarika imitima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 4:1
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ndamusēsekeko akirushe, acihebuye, ndamuce ivutu; maz’ abantu bari kumwe na we bose baza guca bahunga, mpeze nice umwami wenyene.


Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


Nuko Abuneri ashitse i Heburoni, Yowabu amwihererana hagati y’ amarembo, nk’ūgira abonane na we ata wumva; araheza amucumita ku nda, agwaho, amuhōye amaraso ya murumuna we Asaheli.


Maz’ abantu bo mur’ ico gihugu badendebura amaboko y’Abayuda, bama bababurabuza mu kwubaka.


Kuko bose bāgomba kudutera ubgoba, bati Bazohava bacika intege, igikorwa gihere aho. Ariko none Mana, undemeshe.


Ivyo bizotuma amaboko yose adendebuka, n’umutima w’umuntu wese ushonga.


Mukomeze amaboko areganutse, mugumishe amavi aregarega.


Umwami w’i Babuloni yumvise inkuru zavyo, amaboko yiwe arareganuka: uburibge buramufashe, nk’ibise vy’umugore aramutswe.


Twumvise inkuru zavyo, amaboko yacu arareganuka: uburibge buradufashe, nk’ibise vy’umugore aramutswe.


Kur’ uwo musi Yerusalemu hazobarirwa, ngo Ntutinye: nawe Siyoni, amaboko yawe ntadendebuke.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ