Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ico gihe c’intambara y’ab’ inzu ya Sauli n’ab’ iya Dawidi, Abuneri yari yīgize agakomeye mu rugo rwa Sauli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:6
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko haba intambara kumara igihe kirekire hagati y’ab’ inzu ya Sauli n’ab’ iya Dawidi; Dawidi agenda arushiriza kuba agahambaye, arikw ab’ inzu ya Sauli bo bagenda bashira inkomezi.


uwa gatandatu ni Itureyamu, uwo yavyaye ku wundi mugore wiwe yitwa Egila. Abo ni bo Dawidi yavyariye i Heburoni.


Maze Yehu yinjirana na Yehonadabu mwene Rekabu mu ngoro ya Bayali, abarira abasenga Bayali, ati Ni musuzume murābe, ntihagire n’umwe mu bantu b’ Uhoraho yoba ari ngaha, atar’ abasanzwe basenga Bayali bonyene.


Ariko namba wiyumvira yuko mur’ ubgo buryo ari ho uzoronka intsinzi mu ntambara, Imana izotuma uneshwa n’abansi; ifise ububasha bgo kugutabara n’ubgo gutuma uneshwa.


Ubgenge cank’ ukumenya Cank’ inama, biba ar’ ubusa imbere y’Uhoraho.


Ūtamperereyeko n’umwansi wanje, kand’ ūdasukiranya nanje arasanzaza.


Muka Sauli yitwa Ahinowamu mwene Ahimasi; kand’ umugabisha w’ingabo ziwe yari Abuneri mwene Neri, se wabo wa Sauli;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ