Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 uwa gatandatu ni Itureyamu, uwo yavyaye ku wundi mugore wiwe yitwa Egila. Abo ni bo Dawidi yavyariye i Heburoni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:5
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

uwa kane ni Adoniya, uwo yavyaye kuri Hagita; uwa gatanu ni Shefatiya, uwo yavyaye kuri Abitali;


Ico gihe c’intambara y’ab’ inzu ya Sauli n’ab’ iya Dawidi, Abuneri yari yīgize agakomeye mu rugo rwa Sauli.


uwa gatanu ni Shefatiya, uwo yavyaye kuri Abitali; uwa gatandatu ni Itureyamu, uwo yavyaye ku wundi mugore wiwe yitwa Egila.


Abana ni bo ngabire Uhoraho agaba, Imbuto zo mu nda ni zo mpēra atanga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ