4 uwa kane ni Adoniya, uwo yavyaye kuri Hagita; uwa gatanu ni Shefatiya, uwo yavyaye kuri Abitali;
uwa gatandatu ni Itureyamu, uwo yavyaye ku wundi mugore wiwe yitwa Egila. Abo ni bo Dawidi yavyariye i Heburoni.