Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:38 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Maz’ umwami abarira abantu biwe, at’ Aho ntimuzi yuk’ uyu musi hapfuye uwo mu nda y’ingoma kandi w’agahambaye?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:38
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


Bukeye Abuneri atuma intumwa kuri Dawidi, muti Nyene kirya gihugu ni nde? Muti N’ usezerane isezerano na we, muti Kand’ azofatanya nawe kukurehereza Abisirayeli bose.


Nuk’ uwo musi abantu bose n’Abisirayeli bose bamenya ko bitāvuye ku mwami kwica Abuneri mwene Neri.


Kandi nanje naho nd’umwami yimikishijwe amavuta, arik’ ubu nsigaye ncitse urudendevu. Kand’ abo bagabo, abahungu ba Seruwiya, n’abantu badashoboka, barannaniye. Uhoraho n’asubirize umunyakibi mu nkōko nk’ukw ibibi vyiwe bingana.


Abakuze si bo banyabgenge bonyene, N’abatāma si bo bamenya imanza gusa.


Dawidi abarira Abuneri, ati Mbega ntur’ umuntu w’umugabo? Har’ ūhwanye nawe mu Bisirayeli? None se k’utāteramiye umwami shobuja? Hari haje umuntu aho muri, aje kwica umwami, kand’ ari we shobuja.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ