Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Nuk’ uwo musi abantu bose n’Abisirayeli bose bamenya ko bitāvuye ku mwami kwica Abuneri mwene Neri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:37
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uku ni ko Shimeyi yagenda aramutuka, ati Genda, urakagenda, wa mwicanyi we, wa mugesera we!


Abantu bose babibonye birabanezera; mber’ ivy’ umwami yakora vyose vyagenda binezera abantu bose.


Maz’ umwami abarira abantu biwe, at’ Aho ntimuzi yuk’ uyu musi hapfuye uwo mu nda y’ingoma kandi w’agahambaye?


Uhoraho aza kuba amushubije ku mutwe amaraso ya ba bantu babiri yatsindaho, akabicisha inkota, data Dawidi atabizi, kand’ ar’ abantu bamurusha kugororoka no gutungana, ni bo Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo z’Abisirayeli, na Amasa mwene Yeteri, umugabisha w’ingabo z’Abayuda.


mu gihimba kindi c’umuryango wa Manase nyene, kiba i Gileyadi, yari Ido mwene Zekariya; mu ba Benyamini yari Yasiyeli mwene Abuneri;


Muka Sauli yitwa Ahinowamu mwene Ahimasi; kand’ umugabisha w’ingabo ziwe yari Abuneri mwene Neri, se wabo wa Sauli;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ