Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Amaboko yawe kw atar’ aboshwe, Cank’ ibirenge vyawe ngo bibe mu minyororo! Upfuye nk’umuntu aguye mu maboko y’inkozi z’ibibi! Nukw abantu bose bongera kumuririra.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:34
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

baraboroga, bararira, birirwa ata co batamiye gushitsa ku mugoroba, kubga Sauli n’ umuhungu wiwe Yonatani, no kubg’ abantu b’Uhoraho, n’inzu ya Isirayeli, kuko bicishijwe inkota.


Umwami acurira intimba Abuneri, ati Mbega Abuneri yar’ akwiye gupfa nk’ukw imburabgenge ipfa?


Hanyuma abantu bose baza kwinginga Dawidi ngw afūngure hakiri ku murango; ariko Dawidi ararahira, aravuga, ati Ni nagira ico ntamira izuba ritararenga, Imana iz’ ibimpanire, mbere birushirije!


Umwicanyi azinduka mu gahuru, akica impahazwa n’ umukene; No mw ijoro amera nk’igisuma.


Ako ni ko gacurantimba bazocura; abakobga b’amahanga bazocura intimba bartyo: ni ko bazocurira intimba Egiputa n’ishengero ryaho ryose, ni k’Umwami Uhoraho agize.


Nk’ukw ibitero vy’abambuzi biryamira umuntu, ni k’umurongo w’abaherezi wicira abantu mu nzira ija i Shekemu: bakora ivy’ ubugesera.


Maz’ Abafilisitiya baramufata, bamunogora amaso, bamumanukana i Gaza, bamufatisha iminyororo y’imiringa, bamugira umusyi mu nzu y’imbohe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ