Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Umwami acurira intimba Abuneri, ati Mbega Abuneri yar’ akwiye gupfa nk’ukw imburabgenge ipfa?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:33
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi acura intimba ya Sauli n’umuhungu wiwe Yonatani;


Amaboko yawe kw atar’ aboshwe, Cank’ ibirenge vyawe ngo bibe mu minyororo! Upfuye nk’umuntu aguye mu maboko y’inkozi z’ibibi! Nukw abantu bose bongera kumuririra.


Na Yeremiya aborogera Yosiya, n’abaririmvyi bose b’abagabo n’abagore iyo bacura intimba bavuga Yosiya kugeza n’ubu; babigira umugenzo mu Bisirayeli; kandi vyanditswe mu majambo y’agacurantimba.


Akanwa k’igipfu ni kwo kuranduka kwaco, Kand’ iminwa yaco ni yo mutego w’ubugingo bgaco.


Nk’ukw inkware ibundikira amagi itātaye, umuntu yironkera itunga mu buryo bubi ni kw amera: agicagatije imisi yo kubaho kwiwe rizomuvako, kw iherezo ryiwe azoboneka kw ar’ igipfu.


Ako ni ko gacurantimba bazocura; abakobga b’amahanga bazocura intimba bartyo: ni ko bazocurira intimba Egiputa n’ishengero ryaho ryose, ni k’Umwami Uhoraho agize.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ