Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Nuko Abuneri bamuhamba i Heburoni, umwami araturikisha aririra ku mva ya Abuneri; abantu bose bararira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:32
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

baraboroga, bararira, birirwa ata co batamiye gushitsa ku mugoroba, kubga Sauli n’ umuhungu wiwe Yonatani, no kubg’ abantu b’Uhoraho, n’inzu ya Isirayeli, kuko bicishijwe inkota.


Umwami avyumvise, inkonko irakoroka, yūrira mu cumba cubatswe hejuru kw irembo, arira; akirikw aragenda aravuga, ati Yō! Mwananje Abusalomu! Es’ umwananje! Ewe mwananje Abusalomu! Iyo mpfuma ari jewe mpfa mu gishingo cawe, ewe Abusalomu mwana wanje, mwana wanje we!


Maze Dawidi abarira imisore yamugendanira, barabīca, babaca ibikonjo n’ibirenge, babamanika i ruhande y’ikidengeri c’i Heburoni. Arik’ umutwe wa Ishibosheti barawābīra, bawuhamba mu mva ya Abuneri i Heburoni nyene.


Ivyo na vyo vyoba ar’ ikibi co guhanirwa mu bacamanza, Kuko noba nihakanye Imana iri hejuru.


Asangwa naranejerejwe n’uk’ ūnyanka ageshejwe, Canke nkitereshwa hejuru n’ ukw ivyago bimushitseko,


Umwansi wawe ni yagwa ntuz’ unezerwe, Umutima wawe woye guhimbarwa ni yatsitara:


Maze Dawidi n’abantu bari kumwe na we baraturikisha, bararira, gushitsa aho batakibasha kurira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ