2 Samweli 3:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 arikw arasubira ku mutwe wa Yowabu no ku b’inzu ya se bose; mu nzu ya Yowabu ntihakabure umunyagisokoro, cank’ umunyamibembe, cank’ ūgendera ku kibando, cank’ uwicwa n’inkota, cank’ ūtagira ico ashira ku munwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |