Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Maze Yowabu aragenda abaza umwami, ati Wakoze ibiki? Abuneri ngo yamanye nawe, uraheza uramureka arīgīra?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:24
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Farawo ahamagaza Aburamu, aramubaza, at’ Ico wankoreye ico n’iki? k’utāmbariye kw ar’umugore wawe?


Nuko Yowabu n’ingabo ziwe zose bagishika bartya, babarira Yowabu, bati Abuneri mwene Neri yamanye n’umwami, non’ umwami yamurekuye, yīgīriye amahoro.


Aho ntuzi yuko Abuneri mwene Neri yazanywe no kuguhenda, ngw amenye ingen’ utabara n’ ingen’ utabaruka, amenye n’ivy’ ukora vyose?


Kandi nanje naho nd’umwami yimikishijwe amavuta, arik’ ubu nsigaye ncitse urudendevu. Kand’ abo bagabo, abahungu ba Seruwiya, n’abantu badashoboka, barannaniye. Uhoraho n’asubirize umunyakibi mu nkōko nk’ukw ibibi vyiwe bingana.


Ayo majambo ya Ishibosheti ashavuza Abuneri cane; aramwishura, ati Mbeg’ ugira ngo nd’imbga y’i Buyuda? Ko nagiriye neza ab’ inzu ya so Sauli na bene wabo n’abakunzi biwe, nawe sinkugabure mu maboko ya Dawidi; non’ ugapfa kunyagiriza icaha ku mugore gusa?


Maze Balaki abaza Balamu, at’ Unkoreye iki? Nakuzaniye kumvumira abansi, non’ urabahezagiye gusa!


Pilato ati Mbega nanje nd’ Umuyuda? Ab’ ubgoko bganyu n’abaherezi bakuru ni bo bakunzaniye. Wakoze iki?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ