Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Maze Yowabu n’abantu ba Dawidi baragaruka bavuye gutera, bazanye iminyago myinshi; ariko Abuneri ntiyar’ akiri kumwe na Dawidi i Heburoni, kuko yar’ amaze kumurekura, yīgīriye amahoro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:22
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yowabu n’ingabo ziwe zose bagishika bartya, babarira Yowabu, bati Abuneri mwene Neri yamanye n’umwami, non’ umwami yamurekuye, yīgīriye amahoro.


Kandi mwene Sauli uwo yar’ afise abagabisha babiri b’ imice y’ingabo, umwe yitwa Bayana, uwundi Rekabu, bari bene Rimoni w’i Beroti, wo mu muryango wa Benyamini. (Kukw i Beroti hāharūrwa ku Babenyamini;


Bukeye Dawidi n’ingabo ziwe baradūga, batera Abageshuri n’ Abagiruzi n’Abamaleki; abo ni bo bār’ inyamo z’ico gihugu uhereye kera, kurinda ushika i Shura n’ igihugu ca Egiputa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ