Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Maze Abuneri abarira Dawidi, ati Hinge ngende, ngagamure Abisirayeli bose baze ah’ uri, mwami wanje nyen’ ingoma, kugira ngo basezerane nawe, ubone kubaganza bose nk’uk’ ugomba. Nuko Dawidi arekura Abuneri, agenda amahoro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:21
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aramwimika ngw abe umwami w’i Gileyadi n’ uw’ Abashuri n’uw’ i Yezireli n’ uw’ Abefurayimu n’uw’ Ababenyamini n’uw’ Abisirayeli bose.


ngakūra ingoma mu nzu ya Sauli, nkayegurira Dawidi, ngatuma ingoma yiwe ihangama mu Bisirayeli no mu Bayuda, uhereye i Dani ugashitsa i Beri‐sheba.


Bukeye Abuneri atuma intumwa kuri Dawidi, muti Nyene kirya gihugu ni nde? Muti N’ usezerane isezerano na we, muti Kand’ azofatanya nawe kukurehereza Abisirayeli bose.


Nukw ashitse i Heburoni kwa Dawidi, ari kumwe n’abantu mirongwibiri, Dawidi amurondereza amazimano bo n’abari kumwe na we.


Uko ni kw abashingantahe bose b’Abisirayeli bāshengereye umwami i Heburoni; nuk’ umwami Dawidi asezeranira na bo isezerano imbere y’Uhoraho i Heburoni nyene; bamwimikisha amavuta ngw abe umwami w’Abisirayeli.


Ngo Maze wewe azokwābīra, aguhe kuganza nk’uk’ umutima wawe ugomba kwose, ngo Kand’ uzoba umwami w’Abisirayeli.


Iguhe ico umutima wawe wifuza, Ishitse inama zawe zose.


Kuko bose barondera ivyabo, batarondera ivya Yesu Kristo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ