Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Nukw ashitse i Heburoni kwa Dawidi, ari kumwe n’abantu mirongwibiri, Dawidi amurondereza amazimano bo n’abari kumwe na we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:20
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Isaka abarondereza amazimano, bararya, baranywa.


Yakobo atangira ikimazi kur’ uwo musozi, ahamagara izo ncuti ziwe ngo basangire: nuko bararya, barāra iryo joro kur’ uwo musozi.


Abuneri abibarira n’ Ababenyamini na bo. Bukeye aja i Heburoni, kugira ngo yīgānire Dawidi ivyo Abisirayeli n’ab’ umuryango w’Ababenyamini bose bamaramaje gukora vyose.


Maze Abuneri abarira Dawidi, ati Hinge ngende, ngagamure Abisirayeli bose baze ah’ uri, mwami wanje nyen’ ingoma, kugira ngo basezerane nawe, ubone kubaganza bose nk’uk’ ugomba. Nuko Dawidi arekura Abuneri, agenda amahoro.


mu mwaka ugira gatatu ari ku ngoma atumirira amazimano abaganwa biwe bose n’abamenyekana biwe; abahambaye b’i Buperesi n’i Bumedi, na ba segaba n’abaganwa b’ibihugu bakoranira imbere yiwe.


Nuko Abigayili asubirayo, asanga Nabali yarondeje amazimano mu nzu yiwe, nk’amazimano y’umwami, asigaye adayangwa kuko yaborewe cane; ni co catumye atagira ico amubarira, ari gito ari kinini, gushitsa bukeye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ