Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Bukeye Abuneri aja inama n’ abakuru bo mu Bisirayeli, aravuga, ati Mumaze igihe kitari gito mugomba ko Dawidi yoba umwami wanyu;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:17
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

none rero ni mubirāngūre; kuk’ Uhoraho yavuze ivya Dawidi, ng’ Umusavyi wiwe Dawidi ni we azokiza abantu biwe Abisirayeli, abakūre mu maboko y’Abafilisitiya no mu y’abansi babo bose.


Aba ni bo bāsumba abandi mu bahizi ba Dawidi, bakerekana ubuhizi bgabo kuri we, bagashigikira ingoma yiwe, bagafatanya n’Abisirayeli bose kumwimika, nk’ukw ijambo ry’Uhoraho riri, iryo yavuze ku Bisirayeli.


Arikw Imana ni yo mucamanza: Icisha umwe bugufi, igashira uwundi hejuru.


Kandi rero ndazi k’utazobura kuba umwami, kandi kw ari wewe uzotuma ingoma y’Abisirayeli ihangama.


Nukw abakuru b’Abisirayeli bose barakorana, baja i Rama kwa Samweli,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ