Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Maz’ uwo mugabo wiwe aramuherekeza, agenda ararira inzira yose, arinda amushikana i Bahurimu. Ashitseyo, Abuneri aramubarira, ati Hogi subira inyuma; nukw aca asubira inyuma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:16
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami Dawidi ashitse i Bahurimu, hasokoroka umuntu wo mu muryango wa Sauli yitwa Shimeyi mwene Gera, agenda aramutuka inzira yose.


Arik’ umwana w’umuhungu arababona, aragenda abibarira Abusalomu; na bo baragenda bihuta bompi, bashika i Bahurimu ku muntu yar’ afise icobo cimbge mu rugo rwiwe co kubīka amazi, bururukirayo.


Maze Shimeyi mwene Gera Umubenyamini w’i Bahurimu, na we arabandanya, amanukana n’abo Bayuda gusanganira umwami Dawidi,


kandi yari kumwe n’ abantu igihumbi b’Ababenyamini nyene. Kandi Ziba, umwe nyene yamye ar’ umusavyi wa Sauli n’ inzu yiwe, arindimuka kuri Yorodani ari kumwe n’abahungu biwe ukw ar’ icumi na batanu n’abantu biwe ukw ari mirongwibiri, umwami abarorēra,


na Abi‐aluboni w’i Arubati, na Azimaveti w’i Bahurimu;


Nuko Ishibosheti aratuma, bamukūra kwa Palutiyeli mwene Layishi umugabo wiwe.


Mugabo harih’ uwundi ngaho, ni Shimeyi mwene Gera, Umubenyamini w’i Bahurimu, yantutse ibitutsi bibi, umusi naja i Mahanayimu; ariko hanyuma amanuka kuri Yorodani kunsanganira, ndamurahira Uhoraho yuko ntazomwicisha inkota.


Nuko Ishimayeli mwene Netaniya ava i Mizipa ngw aje kubasanganira, agenda arira ingenda: abasanganiye, arababarira, ati Ni muze kuri Gedaliya mwene Ahikamu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ