Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 3:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Nuko Ishibosheti aratuma, bamukūra kwa Palutiyeli mwene Layishi umugabo wiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 3:15
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


Maze Dawidi atuma intumwa kuri Ishibosheti mwene Sauli, muti Muhe umugore wiwe Mikali, uwo yakoye ubugabo ijana yashahuye Abafilisitiya.


Maz’ uwo mugabo wiwe aramuherekeza, agenda ararira inzira yose, arinda amushikana i Bahurimu. Ashitseyo, Abuneri aramubarira, ati Hogi subira inyuma; nukw aca asubira inyuma.


mu muryango w’ Abisakari umukuru az’ abe Palutiyeli mwene Azani;


Kandi Mikali, wa mukobga wa Sauli yari muka Dawidi, Sauli yari yaramuhaye Paliti mwene Layishi w’i Galimu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ