11 Maze Ishibosheti ntiyaronka irindi na rimwe yishura Abuneri, kuko yamutinya.
ngakūra ingoma mu nzu ya Sauli, nkayegurira Dawidi, ngatuma ingoma yiwe ihangama mu Bisirayeli no mu Bayuda, uhereye i Dani ugashitsa i Beri‐sheba.
Bukeye Abuneri atuma intumwa kuri Dawidi, muti Nyene kirya gihugu ni nde? Muti N’ usezerane isezerano na we, muti Kand’ azofatanya nawe kukurehereza Abisirayeli bose.
Watumye igihugu gihinda agashitsi, uragisatagura: Zibira ubunyenyagu bgaco, kuko kinyiganyiga.