2 Samweli 24:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Maze Yowabu ashikiriza umwami igitigiri c’abantu bāharūye: mu Bisirayeli hārimw’ abantu b’abahizi bazi kurwanisha inkota, ibihumbi amajana munani; mu Bayuda na ho hārimw’ ibihumbi amajana atanu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |