Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 24:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Bajabuka Yorodani, bahēra i Aroweri, no ku gisagara kiri hagati mu kiyaya, bagenda berekeye i Gadi kurinda bashika i Yazeri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 24:5
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arikw ijambo ry’umwami rinesha irya Yowabu n’iry’ abagabisha b’ingabo. Nuko Yowabu n’abo bagabisha bava imbere y’umwami, baja guharūra Abisirayeli.


Ibisagara vyo muri Aroweri bicitse imisaka; hazoba ah’ imikuku, ni yo izohagandagaza, nta kizoyikanga.


Maze Mose atuma gutata i Yazeri, banesha ibisagara vyaho, birukana Abamori bābayo.


Abareyubeni n’Abagadi bari bafise ibitayega vy’isinzi. Babonye igihugu c’i Yazeri n’ic’i Gileyadi kw ar’ ahantu h’amaragiro meza,


bati Ataroti n’i Diboni n’i Yazeri n’i Nimura n’i Heshiboni n’i Eleyale n’i Sebamu n’i Nebo n’i Beyoni,


n’i Ataroti‐shofani, n’i Yazeri, n’i Yogibeha,


Uhereye kuri Aroweri ho ku mucāmo hejuru y’umwonga wo kuri Arunoni, no ku gisagara kiri kur’ uwo mwonga nyene, ugashitsa i Gileyadi, nta gisagara na kimwe catunaniye kubg’ uburebure bg’inzitiro zaco z’amabuye: vyose Uhoraho Imana yacu yabitanze mu maboko yacu.


Igihugu cabo cāhēra kuri Aroweri ho ku mucāmo hejuru y’umwonga wo kuri Arunoni, no ku gisagara kiri hagati mur’ uwo mwonga nyene, n’ikiyaya cose c’i Medeba,


Igihugu cabo cāhēra i Yazeri, n’ibisagara vyose vy’i Gileyadi, n’igihimba c’igihugu c’Abamoni gushitsa kuri Aroweri aharābana n’i Raba,


uhereye kuri Aroweri ho ku mucāmo hejuru y’umwonga wo kuri Arunoni, no ku gisagara kiri hagati mur’ uwo mwonga nyene, n’ikiyaya cose c’i Medeba, ugashitsa i Diboni;


n’ab’i Aroweri, n’ab’i Sifumoti, n’ab’i Eshitemowa;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ