2 Samweli 24:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Yowabu yishura umwami, at’ Uhoraho Imana yawe n’igwiririkanye abantu, barute uko bari basanzwe bangana ibihetangabo ijana, nawe uz’ uvyibonere mugenzi; ariko mbega n’iki kiguteye gushira umutima ku kintu nk’ico ga mwami wanje nyen’ ingoma? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |