Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 24:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Arik’ umwami yishura Arawuna, ati Na mba: turabigura, nguhe ikiguzi cavyo; sinokwosereza Uhoraho Imana yanje ibimazi ata co binkeheje. Nuko Dawidi agura iyo mbuga n’inka, atanga amashekeli y’ifeza mirongwitanu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 24:24
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ati Mushingantahe, oyaye, enda umviriza: iryo tongo ndariguhaye, bo n’isenga irimwo ndayiguhaye; mbiguhereye imbere y’ubgoko bgacu: hamba umuntu wawe.


Abarira Efuroni, ben’ igihugu bumva, at’ Enda se ndakwinginze, nyumviriza! ndaguha igiciro c’iryo tongo; emera nkiguhe, mpahambe umuntu wanje.


Aburahamu yumvise ivya Efuroni, amugerera ku munzane za feza yaciriye, Abaheti bumva, shekeli amajana ane z’ifeza, kimwe n’izo abadandaza bācurūza.


Bukeye Satani ahagurukira Abisirayeli, asunika Dawidi ngw abaharūre.


Maze Dawidi aravuga, at’ Aha ni ho nzu y’Uhoraho Imana, kand’ iki ni co gicaniro co kwoserezakw ibimazi vy’Abisirayeli.


Ntimusubirize umuntu mu nkōko ikibi yabagiriye; mubabare gukora ivyiza imbere y’abantu bose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ