Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 24:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Arawuna yishura Dawidi, ati Mwami wanje nyen’ ingoma, twara ivy’ ugomba vyose, ubitange: eh’ inka ngizo z’ikimazi co kwosa, n’ibisekuzo zikoresha n’ ingōgo zazo mubigire inkwi:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 24:22
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ati Mushingantahe, oyaye, enda umviriza: iryo tongo ndariguhaye, bo n’isenga irimwo ndayiguhaye; mbiguhereye imbere y’ubgoko bgacu: hamba umuntu wawe.


Nukw areka kumukurikira, asubira inyuma, ahitana inka zibiri zisangiye ingōgo, arazibāga, atekesha inyama zazo ibiti vy’ingōgo zazo, agaburira abantu, bararya. Araheza ava hasi, akurikira Eliya, agenda aramukorera.


Maze Dawidi abarira Orunani, ati Mpa aha hantu har’ ikibuga, ndahubakire Uhoraho igicaniro; tuhagure igiciro kihamaze, kugira ngw ikīza kive mu bantu.


uheze unyubakire igicaniro kur’ iki gitandara, jewe Uhoraho Imana yawe, mu buryo bushinzwe, ujane ya mpfizi ya kabiri uyitange kw ikimazi co kwoswa, ucanirize inkwi za ya nkingi ya Ashera uzoba watemaguye.


Nuk’ uwo mukogote uraza, ushikira mu murima wa Yosuwa w’i Beti‐shemeshi, uhagararaho. Kand’ aho hantu hār’ ikibuye kinini. Baraheza basatagura uwo mukogote mw inkwi, bazitangirakw izo nka kw ikimazi co kwosereza Uhoraho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ