Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 24:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Arawuna aramubaza, ati Mwami wanje nyen’ ingoma, uzanywe n’iki i wanje jewe umusavyi wawe? Dawidi aramwishura, ati Nzanywe no kugura iyo mbuga yawe, ngo nubakire Uhoraho igicaniro, kugira ngw ikīza kive mu bantu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 24:21
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bashika ku mbuga y’igosorero yo muri Atadi, hāri hakurya ya Yorodani: baborogeray’ amaborogo menshi cane y’akabonge: Yosefu ashinga ko bahamara imisi ndwi bagandariye se.


Uwo musi nyene Gadi aja kuri Dawidi, aramubarira, ati Dūga wubakire Uhoraho igicaniro ku mbuga ya Arawuna Umuyebusi.


Maze Arawuna agize ngw ararāba, abona umwami n’ abantu baza iy’ ari; Arawuna arenga irembo, akubita inkoro hasi imbere y’umwami, aramwunamira.


Yowabu yishura umwami, at’ Uhoraho Imana yawe n’igwiririkanye abantu, barute uko bari basanzwe bangana ibihetangabo ijana, nawe uz’ uvyibonere mugenzi; ariko mbega n’iki kiguteye gushira umutima ku kintu nk’ico ga mwami wanje nyen’ ingoma?


Maze Dawidi abarira Orunani, ati Mpa aha hantu har’ ikibuga, ndahubakire Uhoraho igicaniro; tuhagure igiciro kihamaze, kugira ngw ikīza kive mu bantu.


Maze Finehasi ava hasi ashitsa urubanza rwaciwe: Ikīza kirashira.


akurikira wa mugabo w’Umwisirayeli haruguru mw ihema ryiwe, abatobekeranisha icumu bompi, wa mugabo w’Umwisirayeli na wa mugore, umugore rimutobekeranya mu nda. Uko ni kw ikīza cābogojwe mu Bisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ